IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Muramvya :Patiri mukuru wa paruwasi Muramvya yagize isanganya

Muramvya :Patiri mukuru wa paruwasi Muramvya yagize isanganya

Friday 2 November 2018, by vianney

Amakuru avuga ko uwo patiri mukuru yagize iryo sanganya agiye mu bikorwa vya misi yose kw’ishure ryahitwa i Murambi.

Ayo makuru abandanya avuga ko ishirahamwe rijejwe gutabara imbabare «Croix Rouge » ryaciye rihashika iryo sanganya rikiba rica rimutwara mu bitaro bikuru vyo mu ntara ya Muramvya aho ariko aravurirwa.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.