Abantu bakekwa ko ari abarwanyi bafatanwe ibirwanisho bitandukanye

Yanditswe na IGIHE
Kuya 4 janvier 2017 saa 10:27
Yasomwe : 72162
0 0

Igiporisi c’Uburundi cerekanye abantu bafatiwe muri zone ya Kanyosha, bakekwa ko ari abarwanyi. Abo bantu bafatanwe ibirwanisho bitandukanye, nk’uko mu giporisi bavyemeza.
Moise NKURUNZIZA, icegera c’umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi avuga ko abantu indwi aribo bafatanwe inkoho zitatu zo mu bwoko bwa kalachnikov, ibisasu ntezwaminwe (Grenades) icenda, hamwe n’amasasu amajana icenda.
Abo bantu bafashwe hamwe n’ivyo birwanisho berekanwe kuri uwu wa kabiri, mu giporisi bakamenyesha ko abo bantu (...)

Igiporisi c’Uburundi cerekanye abantu bafatiwe muri zone ya Kanyosha, bakekwa ko ari abarwanyi. Abo bantu bafatanwe ibirwanisho bitandukanye, nk’uko mu giporisi bavyemeza.

Moise NKURUNZIZA, icegera c’umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi avuga ko abantu indwi aribo bafatanwe inkoho zitatu zo mu bwoko bwa kalachnikov, ibisasu ntezwaminwe (Grenades) icenda, hamwe n’amasasu amajana icenda.

Abo bantu bafashwe hamwe n’ivyo birwanisho berekanwe kuri uwu wa kabiri, mu giporisi bakamenyesha ko abo bantu bafitaniye isano n’ibikorwa vy’ubugizi bwa nabi bwibonekeza muri zone ya Kanyosha hamwe n’ahandi.


Kumenyekanisha

1
Bertranda Nduwimana 13-01-2017 à 21:05

Boza Barahana Izonkozi Zibibinkuko Babitanguye Twobaho Neza Mumahoro

2
Eric manirakiza 7-01-2017 à 15:08

Vyoba ari vyiza hamwe abafashwe boba aribo bakoze akokabi kabishe nibahanwe igihano gikwiranyr Nico bakoreye uwo Mushikiranganji.

3
Nyota 7-01-2017 à 09:24

Mbegizonkozizikibi zigomba zisubize abarundi mukaga ?nibazinyare

4
tyga 6-01-2017 à 12:56

Nibabanyare iyomihimbiri

5
Mvuyekure Remegie 6-01-2017 à 05:50

Inzego Zumutekano Mukomere Kwibanga.Ndabona Ko Mwama Mwarikanuye !! Ndabashimiye Ukuntu Mwitaho Igihugu Nabenegihugu.

6
BARITORAGUZA 5-01-2017 à 22:48

NYENICUBAHIRO NUBUNDI NZOMWONGERA

7
Nsabimana Dieudonne 5-01-2017 à 14:23

Ubabwire At. Vakubintu

8
Bonifasi 5-01-2017 à 10:56

Nukuli Abalundi Tulahendwa Nimuze Dufatane Munda Ntanyungu Izova Mumalas

9
P . ANTONE 5-01-2017 à 06:26

KOMERA KUMUHETO NZEGO MUSHINZUMUTEKANO IZO NJAVYI ZITAGIRA UBWENGE ZIHENDWA NA BUYOYA,ALEX ,SINDUHIJE,,NIMUZIFUNGE UBUZIMA BWOSE

10
jean mariw 5-01-2017 à 04:49

emwe abantu bakirota bahendwa ngobagiye gutera umutekano mugihugu nibafatwe bafungwe uwoguherayo kuko ababatuma vyohimba bakabura abobatuma jewe nohanura abobanyepolitique kureka kudurumbanya umutekano wabanyagihugu kandi naho bavuga ntabangwanyi bafita ayaba bafise abanwanyi boje guhiganwa nabandi kandi abarundi barahabonye sizantwaro zakare bimwe vyokuvuga ngo irasirahose vyaraheze ndibaze nivyo boba bibuka mugabo bacumugani mukirundi ati:amase yakera ntakihoma urutaro.

11
Gateka 4-01-2017 à 23:34

Zamukocora imihimbiri
ntakamaro ko kuberekana kerera nk,ihene !!! Iyo mishenzi ihendwa ibona atanigiti bazoronka, hagukoreshwa n,inda wopfa

12
Nema 4-01-2017 à 22:29

EWE KAGAME NABASINDUHIJE VYABAGOYE BASI ! NKA BO BANTU MURIKO MURICISHA AHO KUGATIMA KANYU NISAWA ? ABARUNDI TURAKWIYE KUMENYA ICATSI NURURO TUGAHINDUKA !

13
NDAYISENGA THARCISSE 4-01-2017 à 22:15

ABO BARWANYI NI MUBABAZE AHO BAKURA IVYO BIRWANISHO KANDI MUBAKANIRE URUBAKWIYE.

14
B J B 4-01-2017 à 20:54

Komera ! Nimubakorereko Kuko Baraturembereje Abategetsi. Ramba Ntawukorako.

15
B J B 4-01-2017 à 20:53

Komera ! Nimubakorereko Kuko Baraturembereje Abategetsi. Ramba Ntawukorako.

16
RUGENDO 4-01-2017 à 20:11

NDASAVYE NTIMUKEREKANE IYO MIHIMBIRI !!MUJE MUHITA MUBAHANA !
ABO NIBO BATUBUZA AMAHORO !!MUGOMBA GUKORA NKO HAKURYA YAKANYURU !!
NTAMUGIZI WANABI MWAGOMVYE KWEREKANA.

17
Maria 4-01-2017 à 17:12

ubutegetsi bw Petero ni nubwi ntozo ! ni intozo ! ngo zifash ibirwanisho kndi aribo babitunz bica abantu ! iyo misega iri ku butegetsi . Batiz batazi no gusoma no kwandika. Bamaze abantu !

18
BUCUMI 4-01-2017 à 16:21

ABOBANTU,NIJUJU,UBUDUFISE ;INGABOZIKWIYE.

19
MINANI KANGOYE 4-01-2017 à 14:51

ABO BANTU BAFATANYWE IBIRWANISHO BAFATIGWE IBIHANO

20
Umutare 4-01-2017 à 14:22

reka dukeze abenegihugu bafashije ngo izo nkozi zikibizifatwe.

1 | 2

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha