Abanyamerika batatu n’umuganda bahagaritswe n’igiporisi c’Uburundi

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 26 October 2017 saa 03:43
Yasomwe : 48366
0 0

Abanyamerika batatu hamwe n’umuntu umwe ava mu gihugu c’Ubuganda bahagaritswe n’igiporisi c’Uburundi kuri uno wa kane igenekerezo rya 26 Gitugutu 2017.

Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi Pierre NKURIKIYE amanyesha ko uko ari bane bahagaritswe bagirizwa icaha c’ukutariha amafaranga y’amarundi imiriyoni icenda n’ibihumbi amajana abiri na mirongo itandatu (9260000 Frs Bu).

Amakuru ava mu giporisi c’Uburundi amenyesha ko abo bane bari abavugabutumwa.


Kumenyekanisha

1
Hicuburundi 27-10-2017 à 08:45

u Burundi burashobora gutinyuka gufata Abany’Amerika??hhahahah sha DD musambagurike neza

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha