Abaporisi bazindutse gusaka mw’ibohero rikuru rya Mpimba

Yanditswe na IGIHE
Kuya 14 septembre 2016 saa 10:48
Yasomwe : 48807
0 0

Igiporisi cazindukiye mu bikorwa vy’ugusaka mw’ibohero rikuru rya Mpimba, mu gisagara ca Bujumbura, muri zone ya Musaga.
Ico gikorwa catanguye kare cane, kuva isaha cumi n’imwe z’agatondo, nk’uko amakuru ava aho mw’ibhero rikuru rya Mpimba abivuga.
Ayo makuru nyene yemeza ko muri iryo sakwa ryakozwe n’igiporisi, hafashwe amaterefone ngendanwa, urumogi, hamwe n’inzoga zitemewe n’amategeko zisanzwe zidandazwa muri iryo (...)

Igiporisi cazindukiye mu bikorwa vy’ugusaka mw’ibohero rikuru rya Mpimba, mu gisagara ca Bujumbura, muri zone ya Musaga.

Ico gikorwa catanguye kare cane, kuva isaha cumi n’imwe z’agatondo, nk’uko amakuru ava aho mw’ibhero rikuru rya Mpimba abivuga.

Ayo makuru nyene yemeza ko muri iryo sakwa ryakozwe n’igiporisi, hafashwe amaterefone ngendanwa, urumogi, hamwe n’inzoga zitemewe n’amategeko zisanzwe zidandazwa muri iryo bohero.


Kumenyekanisha

1
Ndayizeye François 19-11-2016 à 20:56

None Vyagenze Gute ?Nigiki Cabitumye Ok

2
J.POUL 20-09-2016 à 12:06

uvugangonikagamese.niwe.uyobora.iwanyuwavuzenkurunzizakwariwe.urikubanigagura.ukarekagusebanya

3
NZOYIHERA MUJERI 15-09-2016 à 15:07

NIBABASAKE UWO BAFATANA IKIRWANISHO BAMUHERE NURUSORO

4
mzoyihera intagoheka 15-09-2016 à 09:03

Iconikinyoma cambaye ubusa ntamunyororo yo dandaza ibintu nkivyo, kotuzi kwatamunyororo yemerewe gusohoka rwaje kugura urworumogi,canke rwashike nokwirembo !. nuwugemuriye uwiwe abacunze kwirembo barasaka bakaraba ivyuzaniye uwawe none rwazananye hehe ? nabobaporisi bavyinjiranye ngonabanyororo babifatanye, turabizi uko igi porisi cahano murundi uko gikora,ntawoba akibesha abanyagihugu.

5
Nice 14-09-2016 à 21:27

Ivyo biyayura mutwe. Bica he ko harabaporisi. Murabarabe neza abo bakora aho hantu biteyamakenga

6
Daniela 14-09-2016 à 19:24

Yemwe Biragoye Ko Ibinyobwa Bisigaye Bidandarizwa Mwibohero !

7
Daniela 14-09-2016 à 19:21

Yemwe Biragoye Ko Binyobwa Mwibohero

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha