Abayoboke 13 b’ishengero REMA KIBONDO CHURCH bafashwe n’igiporisi

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 6 Ndamukiza 2018 saa 11:10
15660
0 0

Abayoboke 13 b’ishengero REMA KIBONDO CHURCH ryo mu ntara ya Cankuzo bafashwe n’igiporisi bagirizwa ko bariko basengera mu kibanza batasabiye uruhusha.

Nk’uko bishikirizwa n’igiporisi c’Uburundi, abo bayoboke bafashwe kuri uwu wa kane igenekerezo rya 5 Ndamukiza 2018 mu gihe bariko basengera ku musozi muremure uri zone Cankuzo, intara ya cankuzo nyene, uzwi kw’izina ya Mahango.

Mu giporisi bamenyesha ko abo bantu bafashwe ku mvo z’amatohoza, kuko batari basavye uruhusha abajejwe intwaro rwo kuja gusengera kuri uwo musozi.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha