IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kayanza : Babiri bitavye Imana, 35 barakomereka mu gitero ca (...)

Kayanza : Babiri bitavye Imana, 35 barakomereka mu gitero ca gerenade

dimanche 22 avril 2018

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no gukinga Ibiza, Pierre NKURIKIYE, akemezwa n’abajejwe intwaro aho muri komine Gahombo, amenyesha ko iyo gerenade yatewe ahantu hahurira abantu benshi.

Pierre NKURIKIYE avugira ubushikiranganji bw’umutekano no gukinga Ibiza, yemeza ko icatumye iyo gerenade iterwa camaze kumenyekana.

Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no gukinga Ibiza yemeza kandi ko uwikekwa gutera iyo gerenade hamwe na babiri bafadikanije bamaze guhagarikwa.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.