IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bubanza : Abagabo babiri bafatanywe imifuko ine y’urumogi

Bubanza : Abagabo babiri bafatanywe imifuko ine y’urumogi

mercredi 24 janvier 2018

Abo bagabo ni HABONIMANA Jacques hamwe na BINIGANA Cyprien ari nawe ari umusirikare kandi akaba ariwe yariko anyonga iyo modoka, yari itwaye imifuko ine irimwo urumogi.

Amakuru dukesha abagereye aho i Buringa hafatiwe urwo rumogi, amenyesha ko rwari ruvuye muri zone Ndava village,komine Buganda, intara ya Cibitke.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.