Accueil > Amakuru > umutekano > Bubanza : Abantu batandatu bapfuye baguweko n’isengero ryariko (...)
Bubanza : Abantu batandatu bapfuye baguweko n’isengero ryariko rirubakwa
dimanche 26 Ntwarante 2017, par
Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, OP1 Pierre NKURIKIYE amenyesha ko abantu batandatu bapfuye kuri uwu wa gatandatu, baguweko n’isengero rya Gatorika ryariko rirubakwa muri zone Muramba, komine n’intara ya Bubanza.
Abo baguye muri iryo sanganya bari abakorerabushake (Volontaires) bariko baterera umuganda mw’iyubakwa ry’iyo ngoro y’Imana.

Abandi bagera kuri 12 nibo bakomeretse, muribo hakaba harimwo abaharurwa muri batanu basinzikaye cane, nk’uko umuvugizi w’igiporisi yabishikirije.
Abitavye Imana baciye batwarwa mu buruhukiro, mu gihe abakomeretse batwawe kuvurirwa ku bitaro bikuru vy’i Bubanza.
IGIHE
Messages
26 Ntwarante 2017, 10:14, par Wakera
Sorry for the Volonteers’s deaths. Praying for them ad their families. By the way, uwo numuvumo wavuye kukiringo ca gatatu kubera izo mbonerakure, interahamwe zisesa amaraso kuva mu Kigazi (Commune Buganda) zikajabuka Uruzi Gitenge, zikadugira Ngara habereye i Sanganya canke zizananye kumusozi zina, zikaja i Muramba kw’isoko ,izindi Ciya zigahura niz’i Musigati , izindi zikaja centre Bubanza ziba, zica, zifata kunguvu!! Sebuja wazo arakwiye gukinjura kugire abarundi bakire ayamasanganya yamisi yose! My condolences again to those families that lost their beloved ones.
26 Ntwarante 2017, 13:56, par EM
ABO BANTU BABUZE NIBIHANANE NISHENGERO RYABUZE RYIHANGANE
26 Ntwarante 2017, 14:08, par Cobla Rouge
Wakera Amazi Yashuha Canke Yakanya Uzonyeguruka Kanduzocufatwa Urubanza Rwawe Rurateguye Wewe Mugihugu Cuburundi Ujejwiki? Wamaziki Wewe? Ntanubunyumba Kumi Ukwiye Kuko Nururimi Rwaramugaye Ariko Tuzorugora Tu Komeza.
26 Ntwarante 2017, 14:22, par CISSIK@
Imana nibakire ham uwo avuga ni 3èmanda atuririw mwisengero mu GITENGA1994 nabo baziz manda ya BwUYOYA?rirane nabarira
26 Ntwarante 2017, 20:15, par Wakera
Cobla Rouge: the truth hurts that’s what I can tell you now. Uriko ukurikira ubwije! Hama izo nyaga zizo mbonerakure zitigera zihaga, zizogera aho zihindukirira sbazituma kwica, gusahura, gufata abakobwa n’abakenyezi kunguvu! Nihaboneka ubutungane bwigenga intahe izobokera! Wait and see, it is a matter of time. My prayers go out of those families again.
26 Ntwarante 2017, 20:49, par Felix Muhire
Uwo muntu yiyita Wakera ashobora kuba afise ikibazo mu mutwe, akeneye gufashwa. Mbe uwo muvumo uterwa na 3eme mandat wanditswe hehe? Azokomeza kwidoga gurtyo " gushika aho azomenyera ko Imana Rudasumbwa ariyo iganza ubwami bw’abantu ikabwimikamwo uw’ishaka; kuko ata kuganza kutava ku Mana, ukuriho kwagezwe n’Imana (Daniyeli 5: 21 n’Abaroma 13: 1). Ahubwo umuvumo uri kuri wewe kuko wagumutse kuw’Imana yitoranirije. Iyo haba nka kera, womeze imirizo y’intukabakuru!
27 Ntwarante 2017, 09:26, par Mpozamarira Erias
Imana ibakire mubwami bwayo, ababaye kubwibikomere Imana ibasomore, urworusengero narwo ruraboneka yuko inkingi zokurugumya bazihaye ibikoresho bike,nkiferabito, canke isima yarisondetse, kuko urusengero rungana kuriya ntirwokubakishwa ivyondo. Uburongozi benishengero ryose bihangane, ntakundi inzira yabobantu yariyo bashobora gucamwo kugira baruhuke imibabaro yomwisi.
27 Ntwarante 2017, 21:31, par JEREMIE
ahubwo nibaza ko abo baga ivyo kumbure ari imbaza marushwa,canke ar’ugukora munkuvu ababuze.none habaye isanganya,agaca uvuga ngo nimbonerakure,ub’utaniyehe numusazi.