Accueil > Amakuru > umutekano > Bubanza : Igice c’uburaro bw’abahungu kw’ishure ryisumbuye ETB (...)
Bubanza : Igice c’uburaro bw’abahungu kw’ishure ryisumbuye ETB bwahiye
vendredi 8 juin 2018
Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano, Pierre NKURIKIYE, amenyesha ko uwo mucanwa wadutse nk’igihe c’isaha zibiri z’ijoro, aho vyikekwa ko wavuye ku muyagankuba.
![](local/cache-vignettes/L360xH640/bub22-144b7.jpg?1528441378)
Pierre NKURIKIYE avuga ko, ata muntu yahasize ubuzima canke akomereke, ariko amamatera baryamako ariyo yahiye aratokombera.
MUGISHA Van Naris