Amakuru dukura ahatowe ico kiziga avuga ko uwo mukozi wa GETRA yishwe akubiswe inyundo mu mutwe n’abantu bataramenyekana.
Mu giporisi bamenyesha ko amatohoza yatanguye.
Umukozi w’ishirahamwe GETRA azwi kw’izina rya Gratien NDUWIMANA batazira Radwa yahora akorera iryo shirahamwe mu ntara ya Bubanza yishwe n’abantu bataramenyekana. Ikiziga ciwe catowe muri zone Mitakataka, muri iyo ntara.
Amakuru dukura ahatowe ico kiziga avuga ko uwo mukozi wa GETRA yishwe akubiswe inyundo mu mutwe n’abantu bataramenyekana.
Mu giporisi bamenyesha ko amatohoza yatanguye.
Muntara Yamakamba Komine Kayogoro Abarundi Baheruka Guhunguka Baridogera Ishirahamwe UNHCR kwitabaronkeje ibuto zogutera mugihe bafashije abantu batarenga80 gusa muriyokomine basaba kobobagarukirako abobatahaye