IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bubanza : Umuyobozi w’ishure ry’ubuvuzi yatowe ikiziga amanitse ku (...)

Bubanza : Umuyobozi w’ishure ry’ubuvuzi yatowe ikiziga amanitse ku mugozi

lundi 18 Kigarama 2017, par Egide NDUWIMANA

Venant NGIRABEZA yahora ariwe arongoye ishure ry’ubuvuzi rya Bubanza (Ecole Paramédicale de Bubanza) yatowe ikiziga amanitse ku mugozi mu gihe bivugwa ko atumvikana neza n’abakozi bo kw’ishure arongoye.

Umuryango wiwe usaba ko amatohoza yokorwa.

JPEG - 33.6 ko
Venant NGIRABEZA yahora ariwe arongoye ishure ry’ubuvuzi rya Bubanza

Egide NDUWIMANA

Messages

  • Barundi kuki mu mena amaraso cyane? Muziko ahama? Imana ibagirire ubuntu kuko Umennye amaraso nawe birangira aye amenetse. Imana itabare ihagarike ubwicanyi ubwo aribwo bwose mu Burundi. Ni bwira ko nuwakoze nabi atagakwiye kwicwa ahubwo ahabwa amahirwe yo kwikosora (urafungwa basi, akagororwa).

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.