Bujumbura-Rural : Umugabo yagirizwa kwica umugore wiwe yafashwe

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 18 janvier 2018 saa 11:26
15630
0 0

Igiporisi c’Uburundi kimenyesha ko cafashe umugabo yari amaze iminsi aronderwa, yagirizwa kwica umugore wiwe, ku Mutumba Matara,muri komine Nyabiraba, intara ya Bujumbura Rural.

Uwo yafashwe azwi kw’izina rya Leonidas NIYONGABO yaba ku mutumba Matara, Komone Nyabiraba, intara ya Bujumbura Rural.

Umuvugizi w’igiporisi Pierre NKURIKIYE amenyesha ko Leonidas NIYONGABO yafashwe mu gatondo ko kur’uyu wa kane, igenekerezo rya 18 Ruhuhuma 2018, inyuma y’indwi yari iheze aronderwa.

Leonidas NIYONGABO yagirizwa kwica umugore wiwe Nahimana Anitha, aho i Matara nyene.


Kumenyekanisha

1
Lobati 22-01-2018 à 11:43

AHUBWO NAWENYEN YARAKWIY KWICWA ,AHUBWO BARONONY BAKUYEHO IGIHANO COGUPFA .NINO MURUTANA VYARASHITS BACIY BAMWICA NYAMUGACO BAHAMVY BABIRI.

2
Bonesha 19-01-2018 à 20:49

Muhung Nyamba Ariw Wazimanganij Ubuzima Bwumucanc Waw Ufis Kazoza Kabi Ko Mugihe Turimwo Nomukizoza Umeny Ingero Wagezemwo Naw Niyo Uzogeregwamwo Ihane Nyamba Uhoraho Yakugirira Ikigongw Mana Isi Yashaj

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha