Bururi : Abantu batatu bo mu muryango umwe bishwe

Yanditswe na IGIHE
Kuya 15 septembre 2016 saa 06:04
Yasomwe : 61560
0 0

Abantu batatu bo mu muryango umwe barishwe kuri uwu wa gatatu n’umuntu yabateye gerenade abasanze muhira iwabo muri kmine Mugamba, intara ya Bururi. Abo bishwe ni nyene urugo, umugore wiwe hamwe n’umwana w’imyaka ibiri.
Ubwo bwicanyi bwabaye ku mugoroba wo kuri uwu wa gatatu, abo bantu bose uko ari batatu bakaba baguye mu nzu yabo.
Mu giporisi co muri komine Mugamba bavuga ko ubwo bwicanyi bwoba bufitaniye isano n’amatati y’amatongo, ivyo mu giporisi bakabivuga kubera uwo mugabo yishwe ari (...)

Abantu batatu bo mu muryango umwe barishwe kuri uwu wa gatatu n’umuntu yabateye gerenade abasanze muhira iwabo muri kmine Mugamba, intara ya Bururi. Abo bishwe ni nyene urugo, umugore wiwe hamwe n’umwana w’imyaka ibiri.

Ubwo bwicanyi bwabaye ku mugoroba wo kuri uwu wa gatatu, abo bantu bose uko ari batatu bakaba baguye mu nzu yabo.

Mu giporisi co muri komine Mugamba bavuga ko ubwo bwicanyi bwoba bufitaniye isano n’amatati y’amatongo, ivyo mu giporisi bakabivuga kubera uwo mugabo yishwe ari kumwe n’umuryango wiwe yari asanzwe afise urubanza rw’amatati y’amatongo muri sentare.

Abajejwe umutekano mu ntara ya Bururi bamenyesha ko amatohoza yamaze gutangura.


Kumenyekanisha

1
servais nshimirimana 22-10-2016 à 11:01

imana nibakire. amen

2
Irankunda Reverien 8-10-2016 à 21:19

Ndabasabiye Imana Ibakire Ntakundi Turimwisi Yamarira

3
Jmv 4-10-2016 à 18:58

Birababaje

4
Alexandre 3-10-2016 à 20:42

Ivyo Bint Nukur Birambabaje Kwer Umuryango Wabo Babuz Abobant Nibihangane Kwer Imana Irababona

5
Fabrice 29-09-2016 à 12:58

Ababbikz Imana Izobashimr
Kand Bamenyk Arivyis Bazobisig.

6
Cyriaque Niyiragira 21-09-2016 à 22:44

Nn Abakoz Iry Shan Ntibamekany

7
NYAMBIKIYE Jairos 20-09-2016 à 17:38

It Pains My Heart Once I Hear Killings In My Motherland Country Burundi. pl6 Stop Killings Unite Alltogether As One And Fight4progress In Coherent Harmony.

8
NYAMBIKIYE Jairos 20-09-2016 à 17:36

It Pains My Heart Once I Hear Killings In My Motherland Country Burundi. pl6 Stop Killings Unite Alltogether As One And Fight4progress In Coherent Harmony.

9
Munezero 20-09-2016 à 08:36

Abatutsibasubiranyemwo ?Bobokuki Harikera Inzara Itaratera Ahoabatutsibashiranako Ubunabonebarajinjana Tukabaturitwengera Wibazabitabagezehonabo Botahurakokwica Cankekubura Bibabaje ?

10
PRISCILLE 19-09-2016 à 19:02

IMANA NIGARUKIRE UBURUND NABARUND.

11
elie 19-09-2016 à 12:02

Imana ibakire mubwami bwayo.dusavye abajejwe amatohoza koboduha ukuri

12
sindano clovis 18-09-2016 à 23:10

emwe biragoye aha muburundi jewe ndibaza kohari abantu batava amaraso atukura ndibazako ha abantu batababara ico udashako kobakugirira ntiwipfuze kukigirira mugenzawe dawe watwese wo mwijuru arababona Imana ibakire

13
BENADI 18-09-2016 à 13:01

BIRABABAJE CANE UWAKOZE ICOKIBI IMANA IMUVUME

14
Yvan 18-09-2016 à 09:21

Nanj Novuga Yukobogirako Amatohoza Kuw Boba Bafitaniye Ayomatati.

15
Devid 17-09-2016 à 20:18

Ubu Ahasigaye N’ahimana Abavukana Turicana Nkibikoko !

16
BARUNDI Amri 17-09-2016 à 17:48

Uwakoze akokabi kabishe Imana izomwishure

17
musaga2 17-09-2016 à 10:46

@musaga. uri igiceri mujeri kweri.

18
Musaga 17-09-2016 à 07:40

Iragi rya DD na Nkurunziza

19
jenan 16-09-2016 à 19:20

birababaje ntakundi

20
jenan 16-09-2016 à 19:19

birababaje ntakundi

1 | 2
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha