IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Bururi-Mugamba :Umuporisi yapfuye arashwe ,uyundi arakomereka

Bururi-Mugamba :Umuporisi yapfuye arashwe ,uyundi arakomereka

Thursday 6 September 2018, by vianney

Amakuru atangwa n’umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano hamwe no kugwanya ibiza,Pierre NKURIKIYE amenyeshako abaporisi 4 bari bagiye gutabara inyuma yaho abanyagihugu batabaje umwe muribo yatwara ikirindiro c’i Kavumu Raymond HAKIZIMANA yaciye apfa ahitanywe n’urusasu,uwitwa Gaspard BARIKORE nawe arakomereka ku kuguru.

Pierre NKURIKIYE avuga ko komiseri hamwe n’uwurongoye igisirikare murako karere bariko barakora ibishoboka kugira umuco kurivyo vyabaye utangwe abagirwa bashikirizwe ubutungane.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.