IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bururi : Nestor NEGAMIYE yari yaburiwe irengero yatowe ikiziga

Bururi : Nestor NEGAMIYE yari yaburiwe irengero yatowe ikiziga

mercredi 19 Gitugutu 2016, par Egide NDUWIMANA

Nestor NEGAMIYE yahoze mu gisirikare ca kera (Ex FAB : Forces Armées Burundaises) yatowe kiziga, inyuma y’iminsi 15 yari iheze aburiwe irengero.

Ikiziga ciwe catowe muri komine Mugamba, mu ntara ya Bururi, ahitwa mu Vyuya, akaba yaciye ahambwa mu gatondo ko kuri uwu wa gatatu. Ico kiziga cari caramaze kwononekara.

JPEG - 4.2 ko
Nestor NEGAMIYE yahoze mu gisoda ca kera

Ababanyi b’uwo yatowe ikiziga bamenyesha ko yari yaburiwe irengero kuva kw’igenekerezo rya 3 Gitugutu 2016.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.