Bururi : Umuntu ataramenyekana yishwe

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 30 Gitugutu 2017 saa 08:48
11640
0 0

Ikiziga c’umuntu yoba afise nk’imyaka irenga gato 20 yatowe ikiziga kuri uwu wa gatandatu, mu ntara ya Bururi. Uwo yishwe ntiyamenyekanye.

Abajejwe intwaro hamwe n’abajejwe umutekano baciye bafata ingingo ko ikiziga c’uwo muntu cojanwa mu buruhukiro bw’ibitaro vya Bururi.


Kumenyekanisha

1
Busurahende 30-10-2017 à 09:01

Ibiziga vyo muzoharura amajana n’amajana ku musi gushika muruhe. Ntimwari muzi yuko kuva italiki 27/10/2017 CNDD-FDD yabiteyeko umukono?

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha