Bururi : Umuntu umwe yishwe arashwe

Yanditswe na IGIHE
Kuya 9 janvier 2017 saa 01:22
Yasomwe : 48528
0 0

Umutekano wahungabanye mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imana, mu ntara ya Bururi, muri komine Matana, ahagandaguwe umuntu yishwe arashwe n’abantu bitwaje ibirwanisho.
Uwo yishwe ni umugabo azwi kw’izina rya Karori NDIZEYE, umudandaza yatewe n’abantu bataramenyekana bamurashe amasasu aca yitaba Imana. Abo bamwishe bakaba bamusanze mu nzu y’ubudandaji asanzwe akoreramwo.
Mu giporisi co mu ntara ya Bururi bavuga ko abakoze ubwo bwicanyi batashoboye gufatwa, ariko ko amatohoza (...)

Umutekano wahungabanye mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imana, mu ntara ya Bururi, muri komine Matana, ahagandaguwe umuntu yishwe arashwe n’abantu bitwaje ibirwanisho.

Uwo yishwe ni umugabo azwi kw’izina rya Karori NDIZEYE, umudandaza yatewe n’abantu bataramenyekana bamurashe amasasu aca yitaba Imana. Abo bamwishe bakaba bamusanze mu nzu y’ubudandaji asanzwe akoreramwo.

Mu giporisi co mu ntara ya Bururi bavuga ko abakoze ubwo bwicanyi batashoboye gufatwa, ariko ko amatohoza yatanguye.


Kumenyekanisha

1
MAKOMORA 14-01-2017 à 06:51

UWICISHA INKOTA AZOKWICWA N’INKOTA. UTWENGA UWAPFUYE UGAPFA NKA WE.

2
Nduwarugira 12-01-2017 à 23:43

Muburundi Hagize Uburozi Hakagiravyos Iman Ikwiy Kutugarukirako Umuryango Ihangan

3
KAGERA 12-01-2017 à 18:53

barabamara.Peter mpaka atumaze.

4
ndayi 10-01-2017 à 11:45

umaryago wakarori winga cyane

5
Ntakirutimana Joel 10-01-2017 à 05:48

None abarondezi bajehe kombona nuwurondeye utwiwe batumuziza ! Imana imwakire mubwami bwayo, Nayabapfa baracapfa kuko ibirwanisho vyatazwe nareta mubanyagihugu,baracakora ibara.

6
NDAYISABA SELGIE 9-01-2017 à 22:16

UWOYICHE KIKI BITAVUZWE KWIRANDIYO ?NTIYAMEKANA.CANKE NUGUCAFUZA IGIHUGU CABIBARUTSE.

7
nema 9-01-2017 à 20:44

mugabo nabururi irimwo amahinyu ! nikuberiki itagomba gutwagwa nkizindi ntara ?

8
sindayigaya 9-01-2017 à 20:35

imana imwakire kandi ntantumwe atazopfa kuko twesenico ndutegerejwe mukomeze iperereza muzobamukoze ?

9
BAYISABE 9-01-2017 à 19:13

Yoba Yahowe Iki ? Uwo Muntu ?

10
Fabrice 9-01-2017 à 19:08

iburundi niko twabayee ! mana tugarukire !

11
dusabe 9-01-2017 à 14:18

abonabansi nka cnrd isabiribihan,abarundi none nkuyomudandaza bamwiciy,ikiki ?imana imwakire

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha