Buterere : Inzu y’igorofa yabomotse yahitanye abantu batatu

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 17 Ntwarante 2018 saa 11:38
20280
0 0

Igiporisi c’Uburundi kimenyesha ko igikorwa c’ukurondera abaguweko n’inzu y’igorofa yasenyutse kuri uwu wa gatanu muri karitiye ya Kiyange, zone Buterere mu gisagara ca Bujumbura caheze. Inyuma y’ico gikorwa, mu giporisi bavuga ko ibiziga vy’abantu bitavye Imana vyatowe mu bihomoka ari bitatu, hamwe n’abakomeretse bagera kuri 43.

Iyo nzu y’igorofa yabomotse mu gatondo ko kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 16 Ntwarante 2018, igihe abakozi bariko bashirako "Beton".


Kumenyekanisha

1
musamaria 18-03-2018 à 03:58

Jendatinya"kwubaka,

2
Nshimirimana gratien arias cokumpa 17-03-2018 à 21:50

Imanishimwe icongitigiri cabaguye muricogihomoka cinzu nigito vyobanivyo twaritwagizubwo imana ihimbarizwe kubarokotse nabonibakira bazebibuke izoncungu kuko ntamuhinga kurupfu.

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha