Buterere : Umuntu yagirizwa ubusuma yishwe n’abanyagihugu

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 16 Ndamukiza 2018 saa 09:46
15225
0 0

Ikiziga c’umuntu catowe mu gatondo ko kuri uwu w’Imana muri zone ya Buterere, igisagara ca Bujumbura. Abajejwe intwaro muri iyo zone bemeza ko uwo yishwe ari umusuma.

Nk’uko bivugwa n’igiporisi, uwo muntu yishwe yafashwe nk’igihe c’isaha icenda z’ijoro, mu gatondo ko ku munsi w’Imana, akaba yafashwe ariko agerageza kubomora igihome c’inzu kugira yibe ibiri muri iyo nzu.

Inyuma y’ugufatwa, abanyagihugu b’aho mu Buterere baciye bamugandagura.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha