IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bwiza : Abantu batatu bakomerekejwe na Gerenade yatewe

Bwiza : Abantu batatu bakomerekejwe na Gerenade yatewe

mercredi 12 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko iyo gerenade yatewe n’umuntu atamenyekanye yari mu modoka yo mu bwoko bwa "Camionnette".

Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, Petero NKURIKIYE ashikiriza kandi ko hari gerenade zatowe ku musozi Gamvyi, komine Mutambu, intara ya Bujumbura.

Mu giporisi bavuga ko izo gerenade zari zinyegeje mu gashamba.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.