IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bwiza : Amasasu yumvikanye

Bwiza : Amasasu yumvikanye

mardi 7 Ntwarante 2017, par Egide NDUWIMANA

Amasasu yarumvikanye kuri uwu wa mbere muri zone ya Bwiza, mu gisagara ca Bujumbura. Mu giporisi bavuga ko yari abaporisi barashe.

OP1 Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi yamenyesheje ko ayo masasu yari ay’abaporisi bariko batesha umusuma yitwaje inkoho, yariko agerageza kwiba mu nzu imwe y’ubudandaji iri aho mu Bwiza (Magasin Goshen).

OP1 NKURIKIYE avuga ko igiporisi cafashe inkoho yo mu bwoko bwa Kalashnikov yari ifiswe n’uwo musuma.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.