Home > Amakuru > umutekano > C’ibitoke : Ibisasu ntezwantoke 5 n’ibikono vy’amasasu 3 vyatowe
 C’ibitoke : Ibisasu ntezwantoke 5 n’ibikono vy’amasasu 3 vyatowe
 C’ibitoke : Ibisasu ntezwantoke 5 n’ibikono vy’amasasu 3 vyatowe
				
				Monday 17 September 2018, by
Amakuru dukesha umuvugizi w’igiporisi Pierre NKURIKIYE amenyeshako ivyo bigwanisho vyatowe mu kinogo cimbwe n’imbeba inyuma yaho uwuba muriyo atabaje abajejwe umutekano .
Ayo makuru avuga ko ababa muriyo nzu bariko bararondera iyo mbeba kandi inyamiramabi iza yatanguye amatohoza.
IGIHE

Forum posts
20 September 2018, 13:23, by Wabus
Ababifise batabirekuriwe nibavyikureko bitarazanira ingarukambi kubika ikigwanisho bisa nukubika ikara mugashambara