Cibitoke : Amazu n’ibindi bikoresho vyononywe n’umwuzurira watewe n’imvura

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 6 mars 2018 saa 05:02
12030
0 0

Abanyagihugu bo ku mitumba ya Munyika 1, Mparambo na Rusiga yo muri komine Rugombo, intara ya Cibitoke, basaba infashanyo yihuta, inyuma y’imvura yaguye mu gatondo ko kur’uyu wa kabiri, igenekerezo rya 6 Ntwarante 2018.

Amakuru ava aho mu ntara ya Cibitoke, amenyesha ko ivyononekaye cane ari inzu zatewe n’umwuzurira hamwe n’ibiterwa bimwe bimwe, vyatwawe mu bice bitandukanye.
Ayo makuru nyene, amenyesha ko ibikoresho vy’abanyeshuri navyo vyononekaye bivuye kuri iyo mvura, yatumye amakaye atabuka.

Yaba abajejwe intwaro canke abo banyeshuri, bose basaba kugarukirwa kuko batabona ico nagiye gukora.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha