IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke: Ibiziga bitatu vyatowe mu ruzi Ruhwa

Cibitoke: Ibiziga bitatu vyatowe mu ruzi Ruhwa

lundi 7 Myandagaro 2017

Amakuru ava aho mu ntara ya Cibitoke amenyesha ko bimwe muri ivyo biziga vyatowe kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 6 Myandagaro 2017, ikindi kiziga gitorwa kuri uno wa mbere igenekerezo rya 7 Myandagaro 2017.

Abajejwe intwaro uri komine Rugombo y’intara ya Cibitoke,baremeza ayo makuru, ariko nabo nyene bakamenyesha ko abo bantu batabamenye.

Abanyagihugu baba ahegereye uruzi Ruhwa bavuga ko batewe amakenga n’ivyo biziga vyatowe,bagasaba ko hoboneka umuco kuri abo bantu batowe ari ibiziga.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.