Cibitoke : Ikiziga c’umugore catowe hafi y’uruzi Kaburantwa

Yanditswe na IGIHE
Kuya 29 Mukakaro 2017 saa 02:11
Yasomwe : 7686
0 0

Umugore yahora aba muri komine Buganda, mu ntara ya Cibitoke yatowe ikiziga ku mugoroba wo kuri uwu wa gatanu ku nkengera z’uruzi Kaburantwa.

Uwo yatowe ikiziga ni Makurata NGENDAKUMANA, umuryango wiwe ukaba utaramenya abishe uwo mugore.

Mu giporisi mu ntara ya Cibitoke bamenyesha ko amatohoza yamaze gutangura.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha