IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke : Imodoka yari ivuye muri Congo yategerewe n’abitwaje (...)

Cibitoke : Imodoka yari ivuye muri Congo yategerewe n’abitwaje ibirwanisho

lundi 2 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Iyo modoka yari ifise iparati yo mu gihugu ca Congo yategerewe nk’igihe c’isaha imwe n’iminota mirongo itatu z’ijoro, ikaba yari igeze i Gihanga, kw’ibarabara ry’igihugu nomero 5 (RN 5).

Umuntu umwe wese niwe yakomeretse, nk’uko vyemezwa n’igiporisi.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.