IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke : Umugabo umwe yishwe n’abantu bataramenyekana

Cibitoke : Umugabo umwe yishwe n’abantu bataramenyekana

lundi 21 mai 2018

Amakuru ava aho mu Cibitoke, amenyesha ko Pierre BANGIRIMANA yishwe atemagujwe umupanga n’abantu bataramenyekana.

Ayo makuru nyene, amenyesha ko uwo mugabo ashobora kuba yishwe yagirizwa uburozi, kuko hari urwandiko rutagira umukono rwaheruka kuboneka rumenyesha ko we n’umuryango wiwe bazokwicwa.

Abajejwe umutekano aho mu Cibitoke, bamenyesha ko bamaze gutangura amatohoza.


MUGISHA Van Naris

Messages

  • Le Burundi Est Un Pays De Peuple Intraitable !!Toujours Des Morts !Honte Aux Acteurs De Tout Genre De Crime Au Bdi Et Ailleurs !Mais Dieu Les Pardonne Car Ils Ne Savent Pas Ce Que C-est La Valeur Humaine !Mon Dieu Pardonne Ces Naïfs Et Accueille Ces Victimes Auprès De Toi !Amen !

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.