IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke : Umunyagihugu ava mu gihugu c’Urwanda yitavye Imana (...)

Cibitoke : Umunyagihugu ava mu gihugu c’Urwanda yitavye Imana arashwe

samedi 13 janvier 2018

Amakuru ava aho i Mabayi amenyesha ko uwo munyarwanda yoba yarashwe n’abasirikare bari mu gikorwa c’ugukizura, bamubona ajabutse urubibe agerageza kwinjira mu Burundi.

Ayo makuru nyene amenyesha ko abasirikare bakorera aho imabayi bavuze ko kuba uwo munyagihugu yararshwe ryoba ari isanganya ryashitse.

Amakuru ava mu banyagihugu aho i Mabayi amenyesha ko bafise ubwoba bufatiye kuri urwo rupfu.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.