Umuporisi w’Uburundi yajabutse urubibe yinjira mu Rwanda

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 14 avril 2018 saa 10:08
Yasomwe :
0 0

Igiporisi c’Uburundi kimenyesha ko hari umuporisi w’Uburundi yakorera ku kirindiro c’i Mabayi, mu ntara ya Cibitoke, yahagaritswe n’igiporisi c’Urwanda ku mugoroba wo kur’uyu wa gatanu igenekerezo rya 13 Ndamukiza 2018.

Amakuru dukesha urubuga rwa Twitter rw’igiporisi c’Uburundi amenyesha ko uwo muporisi azwi kw’izina rya APC IRAKOZE Theogene yahagaritswe nk’igihe c’isaha icumi na zibiri n’iminota 45 n’abajejwe umutekano b’Urwanda.

Ayo makuru nyene, amenyesha ko APC IRAKOZE Theogene yahagaritswe, mu gihe yari ajabutse urubibe akinjira mu gihugu c’Urwanda adakurikije amategeko.

Igiporisi c’Uburundi kimenyesha ko vyavuye ku kaborerwe, ariko ko batanguye kuvugana n’abajejwe umutekano mu gihugu c’Urwanda, kugira agarukanwe mu Burundi.


Kumenyekanisha

1
Sindizera Gaspard 17-04-2018 à 10:58

Nimba Atakindi Yagirizwa Uretse Kurenga Urubibe, Jew Numva Bomugarukana I Burundi Hama Bagapfuma Bamuhanira Akokaborerwe

2
kigabo jean marie 16-04-2018 à 13:39

ok yewe ibyo naringjiye kuvuga kuri uwo umusinzi wi burundi wajabutse uribibe akinjira mu rwanda, ndumva nka byose byavuzwe.Ariko ndumva ico nokongeraho nuko abayobozi b’uburundi basigaye bameze nk’interahamwe za Habyarimana muri 1994.

3
nkotanyi 16-04-2018 à 08:09

polisi yacu ni inyamwuga muhumure umupolisi wanyu muzamubona vuba ntabwo twe tugira umutima mubi.

4
gakuba 15-04-2018 à 17:48

Ibaze iyo aba umu polisi wu Rwanda wambutse akajya i Burundi ! !!!ubu biba byacitse ngo bafashe intasi ya Kagame ! !!!navuge abamutumye a nababwiyeko bibeshye naho ibyo kuborerwa, bimwohereza mu Rwanda zaba, zirimo gatumwa*

5
nkotanyi 15-04-2018 à 12:07

Ubuse ntibigaragaya abashotora abandi ??! ariko ntacyo twe tuzi kwihangana muhumure umupolisi wanyu nta nuri bumurye urwara ahubwo ubu ari kuvurwa hanger over nyumvira nawe koko za nzego zishinzwe umutekano ziri tayari kurwana n’u Rwanda bamwe bajya bivugisha ngo uburundi si congo ??!!murabona bitaniye hehe ?!! abacongoman nabo barasinda bagashiduka bajabutse.mu rwanda

6
nkotanyi 15-04-2018 à 02:40

Ahaaaa singaho ?? ariko ntacyo muhumure umusinzi wanyu muzamubona ari muzima ntacyo yabaye nyamara arimwe mwe mwafashe umuntu wacu uretse ko bitashoboka ubu yari kuba ari mu mazi abira. naho umusinzi wanyu we ubu bari kumuvura Hanger over muzamubona akeye akomeye.

7
nkotanyi 14-04-2018 à 22:23

Ubu muzarebe uko tuzamufata nyamara ubu ari umupolisi wacu wambutse ubu igikuba kiba cyacitse !!!!!!!!? ngo u Rwanda rwabateye !!! uretse ko umupolisi w’u Rwanda adashobora
gusinda bigeze aho. muhumure rero umupolisi wanyu muzamubona ari muzima.

8
Papy 14-04-2018 à 18:27

le pire ennemi du marin, ce n’est pas la tempête qui fait rage ; ce n’est pas la vague écumante qui s’abat sur le pont, emportant tout sur son passage ; ce n’est pas le récif perfide caché àfleur d’eau et qui déchire le flanc du navire ; le pire ennemi du marin, c’est l’alcool !

9
Ntwari 14-04-2018 à 17:41

Uburundi butunzwe n’Imana aho bapolisi bama baborewe !
Ni kangahe usanga abapolisi baborewe mu myanya bari ku kazi ? None bocungera umutekano gute ?
Akarorero, muri Nyabihanga ahantu hitwa mu Mbogora, abapolisi bama bicaye ku kirabo imbere y’icupa, kuva ku wa mbere gushika ku w’Imana, kuva mu gitondo gushika bwire. Ako ni akarorero kamwe mfashe. None nkabo wovuga ngo bacungereye umutekano nyabaki ?
Ntibitangaje kwumva uwo yinjira mu Rwanda. Abajejwe umutekano i Burundi , ni danger public.

10
lg 14-04-2018 à 15:07

ejo bundi abo bayobozi umunwa warenze, bavuze ko ngo u rwanda rura batinya none ngo barimo kuganira polisi yacu imugumane yisobanure avuge ukuntu niba yasinze zimwetkeza, mu Rwanda nibahita, bamurekura, baravuga ko twatinye, ko batumesa !!!nahatwe.ibibazo avuge ibimugenza ! !ibaze ali nku mu polisi wu Rwanda wambutse akajya I Burundi ! !!!uko by agenda !!!uwo nabe, agumye, hano abamutumye babone ko bibe shya,

11
NKURUNZIZA 14-04-2018 à 15:00

U Rwanda rumubasubiza nirumara gutohoza neza icari cimujanye,mugabo iyo aza kuba ari mwebwe mwamufashe avuye mu Rwanda mwari guhita mu mwica.

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha