Cibitoki : Abantu babiri barishwe batemwe imipanga

Yanditswe na IGIHE
Kuya 11 janvier 2017 saa 08:35
Yasomwe : 10800
0 0

Abantu babiri barishwe batemwe imipanga n’abantu bataramenyekana,muri zone Butahana,Komine Mabayi,intara ya Cibitoki.
Amakuru ava ah mu ntara ya Cibitoki amenyesha ko bishwe ku mugoroba wo kuwa mbere igenekerezo rya 9 Nzero 2017 ,igihe c’isaha icumi n’imwe y’umugrba bavuye gushingura uwundi mwigeme.
Musitanteri wa Komine Mabayi amenyesha ko ab bapfuye bagirizwa uburozi,ariko akamenyesha ko abakze ubwo bwicanyi batahagaritswe,ariko ko igipisi camaze kurungika inyamiramabi gukora amatohoza. (...)

Abantu babiri barishwe batemwe imipanga n’abantu bataramenyekana,muri zone Butahana,Komine Mabayi,intara ya Cibitoki.

Amakuru ava ah mu ntara ya Cibitoki amenyesha ko bishwe ku mugoroba wo kuwa mbere igenekerezo rya 9 Nzero 2017 ,igihe c’isaha icumi n’imwe y’umugrba bavuye gushingura uwundi mwigeme.

Musitanteri wa Komine Mabayi amenyesha ko ab bapfuye bagirizwa uburozi,ariko akamenyesha ko abakze ubwo bwicanyi batahagaritswe,ariko ko igipisi camaze kurungika inyamiramabi gukora amatohoza.

Musitanteri wa Komine Mabayi ahanura abanyagihugu kureka kwihanira. Amakomine ya Mabayi na Mugina aza imbere mu bijanye n kwagirizanya uburozi.


Kumenyekanisha

1
KABUYENGE 15-01-2017 à 06:49

JE,NZINZI...NIBAKOMEZUKONYENE KUBONUMUNTUNKIGITURWAKWERIBAKWIYIKIDARI AMASHIIIIII...

2
innocent 11-01-2017 à 19:03

Abo bishe abarozi ndabashigikiye nibaba batababesheye bakoze akazi keza

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha