IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > FDNB ivuga ko ata murwi witwaje ibirwanisho uri ku mbibe z’igihugu

FDNB ivuga ko ata murwi witwaje ibirwanisho uri ku mbibe z’igihugu

Friday 20 July 2018, by vianney

Mw’itangazo ryateweko umukono n’umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi, Colonel Floribert BIYEREKE rimenyeshako ibikorwa vyo kukizigura bikorwa n’abasirikare b’Uburundi bari k’urubibe ivyo bihugu bihana ata kintu na kimwe canke ikimenyetso barabona c’abantu bari k’ubutaka bw’Uburundi bakora ibikorwa vy’ubugizi bwa nabi.

Muriryo tangazo Floribert BIYEREKE asaba ingabo z’igihugu ziri ku mbibe z’igihugu kurikanura kugira bakingire neza agataka k’Uburundi.


IGIHE

Forum posts

  • Izo nterahamwe ziriko zirabahenda uyo muriro mugiye kwikwegera muzowubona kagame ntafyina.

  • Niba ibyo muvuga aribyo byaba ari byiza,ariko niba atari byo ntawe mwaba mubeshya Nimwe mwaba mwibeshya,kdi nta gihe kizashira bidasobanutse, kuko uteg’umutego ikiguruka kiwureba aba yikoz’ubusa

  • .........Agataka k Uburundi , murakoze nivyo abasi barakaka , kabone iyo baba beshi basi , ariko barakaka !

  • Abo,basoda,burundi,nibarikanure,mugabo,ndabona,yarashwe,mujisho.Akarorero,nibabantu,26,baheruka,bicwa,muntara,yacibitoki,none,abo,bajejwe,umutekano,barihe?Kobatabakingiye?

  • Ahubwo je mbona uwo muriro uzohitana Nkurunziza na Kagame kuko mbona bitazoborohera. Nibakinire ku buzima bwacu Imana izobibabaza tu

  • Interahamwe ziri mu Rwanda kandi n’iz’urwanda. I Burundi turikwije uwuzodusanga mu Burundi tuzomwakira uko yaje twongere tumuherekeze tumurenze umurongo ntarengwa naho bamaze kuwurenga. Jewe ndaribwaribwa, ndaribwaribwa, ndaribwaribwa….!

  • JEWE,NDUMWEMUBARUNDI BAPINGA INGABOZ’URWANDA ESE,BARARENGAUMURONGOTUBEREKEICABUJIJEIMBWAKUMER’AMAHEMBE.

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.