IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gihosha: Batanu bafashwe mw’isakwa ryakozwe n’igipolisi

Gihosha: Batanu bafashwe mw’isakwa ryakozwe n’igipolisi

lundi 20 Ntwarante 2017

Igipolisi cakoze igikorwa co gusaka muri zone ya Gihosha, mu gatondo ko kuri uno wa mbere igenekerezo rya 20 Ntwarante,umwaka wa 2017, mu ntumbero yo kugenzura ko amakaye y’imiryango yubahirizwa.

Amakuru ava mu Gihosha amenyesha ko, ivyo ico gikorwa co gusaka cabereye ahanini kw’ibarabara Kigira riri muri quartier ya Mutanga Nord, ahasatswe ingo zimwe zimwe.

Ayo makuru amenyesha ko abantu batanu aribo bahagaritswe baca bajanwa ku biro vya zone Gihosha, kugira babazwe.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.