IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gitega : Abantu batanu bakomerekejwe na Gerenade yatewe mu bunywero

Gitega : Abantu batanu bakomerekejwe na Gerenade yatewe mu bunywero

dimanche 20 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Iyo gerenade yatewe mu bantu bariko banywera muri ico kirabo, mu giporisi bakamenyesha ko muri abo bariko banyerwa aho hantu harimwo abafitaniye amatati.

Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, Petero NKURIKIYE avuga ko abantu babiri aribo bamaze gufatwa ku mvo z’amatohoza.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.