Gitega : Abaporisi basatse ahapfungiwe abagirizwa urupfu rwa Général Adolphe NSHIMIRIMANA

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 5 juillet 2017 saa 12:48
Yasomwe : 12402
0 0

Igiporisi c’Uburundi casatse kuri uwu wa gatatu mw’ibohero rikuru rya Gitega, ahapfungiwe abagirizwa urupfu rwa General Adolphe NSHIMIRIMANA, ahapfungiwe abagirizwa ko bashatse kugandagura General Prime NIYONGABO umugaba w’ingabo z’Uburundi, hamwe n’ahapfungiwe abagirizwa ko bateye amakambi kw’igenekerezo rya 12 na 12 Kigarama 2017.

Mu bintu vyerekanwe n’igiporisi ko vyafatiwe muri iryo sakwa bohero, twobabwira nk’amaterefone ngendanwa, inzoga zo mu makopo, hamwe n’ivyuma bigizwe n’imbugita, umusumeno n’ibindi.


Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha