Gitega-Mutaho:Umuvuzi yafashe ku nguvu umwigeme yafashwe n’igiporisi

Yanditswe na Vianney BIKORIMANA
Kuya 27 July 2018 saa 11:43
46395
0 0

Umuvuzi yitwa Jean SIBOMANA yafashwe n’igiporisi mw’ijoro ryo ku wa kane buca ari kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 27 Mukakaro 2018 inyuma yo gufata ku nguvu umwigeme yararwaje umuntu.

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kurwanya ibiza, Pierre NKURIKIYE amenyeshako Jean SIBOMANA yafashwe isaha zine z’ijoro mu bitaro vy’i Mutaho biri mu ntara ya Gitega.

Ayo makuru avugwako ubu Jean SIBOMANA ari mu minwe y’igiporisi.


Kumenyekanisha

1
NGENDAKUMANA JEAN BAPTISTE 12-08-2018 à 21:48

UWOMUGABONIBAMUHANEBIMWE VYAKARORERO,KUKONABANDI BOCA BABIGIR’AKAMENYERO JEWENDAMUCIRE,URUBANZA,NAFUNGWEBURUNDU.INKOZIYIKIBINKIYOSIYOGUKINISHA.

2
ndayiziga blaise 9-08-2018 à 11:45

ivyo yakoze ntibibaho

3
ELYSE 28-07-2018 à 11:45

Andika hanoUWOMUVUZI WIMUTAHO NAHANWE BIMWE BIKWIYE

4
Mateso venant 27-07-2018 à 20:30

uyo muvuzi akwiye guhanwa namategeko ndetse agakugwano mukazi kuko ntabugabo afise

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha