Home > Amakuru > umutekano > Gitega-Rukoki:Abantu 36 bakomeretse bagonzwe n’imodoka
Gitega-Rukoki:Abantu 36 bakomeretse bagonzwe n’imodoka
Monday 13 August 2018, by
Amakuru avuga ko imodoka yo mu bwoko bwa hiyasi ifise imparati B5991A yagonze abantu bari mu birori vyo guhana ibisigarira vy’umweranda Therese umwana wa Yezu hagati y’umwepisikopi wa Gitega hamwe nu wa Rutana.
Ayo makuru avuga ko abakomeretse bariko bavurirwa mu bitaro vy’i Kibuye vyo mu ntara ya Gitega.
IGIHE
Forum posts
20 August 2018, 13:55, by Hahonarugira Tiyer Bukirarazi
Yaripakiye Imizigo Myishi?Canke Warumvuduko Urenze,?
7 October 2018, 20:16, by sibomana
iconovuga kubavukany nuko bokwihanganira ivyabay natw tukabasabir ngo umukama abazigame