IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gitega : Umugabo atamenyekanye yatowe ikiziga

Gitega : Umugabo atamenyekanye yatowe ikiziga

jeudi 28 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANA

Abanyagihugu bo ku musozi Masasu ahatowe ico kiziga nibo babonye uwo mugabo ubwa mbere, baca bahamagara abajejwe intwaro. Bose ntibashoboye kumenya uwo muntu yishwe n’abantu bataramenyekana.

Abajejwe intwaro baciye bafata ingingo y’uguhambisha ico kiziga.


Egide NDUWIMANA

Messages

  • Uburundi bwararonse intwaro nziza yitorewe n’abanyagihugu, aho kugwiza umwimbu abantu birirwa baricwa n’ingorane zivuye ku bukene, abajewe intwaro bakitaho cane kugwiza ibiziga.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.