Gitega : umuntu umwe yakomerekejwe na Gerenade yatewe

Yanditswe na IGIHE
Kuya 31 Mukakaro 2017 saa 08:35
Yasomwe : 4293
0 0

Umuntu umwe niwe yakomerekejwe na Gerenade yatewe mw’ijoro ryo ku munsi wa gatandatu, ku musozi Kibuye, komine Bukirasazi, mu ntara ya Gitega.

Uwo yakomeretse yatewe ku rugo iwe n’abantu bataramenyekana. Mu giporisi mu ntara ya Gitega bamenyesha ko amatohoza yamaze gutangura.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha