Ibiziga bibiri vyatowe bireremba ku ruzi Rusizi

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 5 Kigarama 2017 saa 11:24
Yasomwe : 9783
0 0

Ibiziga bibiri vy’abantu batamenyekanye vyatowe bireremba ku ruzi Rusizi kuri uwu wa mbere.

Ababonye ubwa mbere ivyo biziga bamenyesha ko abo bantu batamenyekanye, bakavuga ko ivyo biziga vyabo vyari biboshe amaboko.

Gushika ku mugoroba wo kuri uwu wa mbere, ivyo biziga ntivyari bwakurwe mu ruzi Rusizi.

JPEG - 194.3 ko
Uruzi Rusizi

Kumenyekanisha

1
Manariyo 6-12-2017 à 15:26

Interahamwe n’Imbonerakure nizo zabanize ntawundi,erega Peter yaravyivugiye,kumeswa hageze

2
Busurahende 5-12-2017 à 12:13

Ufashwe hagati mu gisagara ca Bujumbura ishengero rikoranye, izuba riva, uzotorwa mu nzuzi canke mu biyaga baraguhejeje kubera ko "mu gihugu cikukiye nta uzobikurikirana". Uwo ni umugambi wo muri "bazopfa bangara."

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha