IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Igiporisi c’Uburundi cahagaritse abagirizwa Gerenade yatewe mu (...)

Igiporisi c’Uburundi cahagaritse abagirizwa Gerenade yatewe mu Bwiza

jeudi 27 Mukakaro 2017

Iyo gerenade yari yatewe mw’ijoro ryo kuw’Imana igenekerezo rya 16 Mukakaro 2017,nk’isha zibiri z’ijoro ku bunywero bita ku banjandarume,buri kw’ibarabara rya 2 rya zone Bwiza ,ikomeretsa abantu indwi.

Umuvugizi w’igiporisi yamenyesheje ko uwateye gerenade yirutse ariko arahunga aca asiga muri ico kibanza imodoka yarimwo.

JPEG - 97.3 ko
Pierre NKURIKIYE,umuvugizi w’igiporisi

Ikinyamakuru IGIHE kimuhamagaye kuri uno wa kane igenekerezo rya 27 Mukakaro 2017 kugira atubwire ibijanye n’abafashwe,umuvugizi w’igiporisi yavuze ko arindiriye kugira abajejwe amatohoza baheze gukora amatohoza, bamuhaye icegeranyo ace atanga umwidondoro n’ikibanza bafatiwemwo.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.