Ikiziga c’umuntu catowe ku ruzi Nyakaganga

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 15 Gitugutu 2017 saa 10:21
Yasomwe : 6894
0 0

Umuntu azwi kw’izina rya MIBURO Véranie w’imyaka 20 yatowe ikiziga kuri uwu wa gatanu nk’igihe c’isaha umunani z’umuhingamo, ku ruzi Nyakaganga.

Mu giporisi bamenyesha ko uwo yatowe ikiziga yahora aba ku musozi Gihororo, komine Gatara, intara ya Kayanza.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha