Imyambaro y’igisirikare yafatiwe mw’isakwa ryabereye i Gitega

Yanditswe na IGIHE
Kuya 5 Rusama 2017 saa 05:35
Yasomwe : 44415
0 0

Abasirikare bari kumwe n’abaporisi basatse kuri uwu wa gatanu muri komine Gitega, intara ya Gitega nyene, ahafatiwe imyambaro y’igisirikare c’Uburundi, igitoro co mu bwoko bwa "Essence" hamwe n’inzoga zitemewe n’amategeko.
Muri ico gikorwa c’ugusaka, abajejwe umutekano bafashe impuzu zitanu hamwe n’imyambaro itanu vyose vy’igisirikare c’Uburundi, amahema atanu y’igisirikare c’Uburundi hamwe n’imyambaro itanu y’impuzu zirinda imvura z’igisirikare nazo nyene.
Amabido cumi yuzuye igitoro co mu bwoko bwa (...)

Abasirikare bari kumwe n’abaporisi basatse kuri uwu wa gatanu muri komine Gitega, intara ya Gitega nyene, ahafatiwe imyambaro y’igisirikare c’Uburundi, igitoro co mu bwoko bwa "Essence" hamwe n’inzoga zitemewe n’amategeko.

Muri ico gikorwa c’ugusaka, abajejwe umutekano bafashe impuzu zitanu hamwe n’imyambaro itanu vyose vy’igisirikare c’Uburundi, amahema atanu y’igisirikare c’Uburundi hamwe n’imyambaro itanu y’impuzu zirinda imvura z’igisirikare nazo nyene.

Amabido cumi yuzuye igitoro co mu bwoko bwa "Essence" nayo yafashwe, hamwe n’amaritiro atanu y’inzoga izwi kw’izina ry’umunanasi.

Inyuma y’iryo sakwa, abantu indwi nibo batawe muri yompi bajanwa gupfungirwa mu gasho ka komine Gitega. Abo nabo ni abantu batandatu batari bakwije ivyangombwa, hamwe n’umwe yagirijwe ko ari mu bakora inzoga zitemewe n’amategeko.


Kumenyekanisha

1
Serupyipyinyurimpyisi 7-05-2017 à 10:14

@Butoyi.Ese Wakera WAKERA ninguruwe yawe. Iyo ngurube(pig) ubanza irwaye macinya yo mukanwa. Ni ukuyitwara kwa veterinaire bakayivura

2
Wakera 7-05-2017 à 10:03

@Butoyi, To all of you Imbonerakure, FDLR, Interahamwe: you better comment on what it is written even though you don’t have anything to say! You act like robot for being paid ten pounds of rice! What a hell do you have to loose if you get rid of Munyoni or Nkuru!!! Common guys!!!!

3
Butoyi 6-05-2017 à 17:04

@wakera. Ndukuramukije. wakera ingurube yigwanje

4
P.ANTOINE 6-05-2017 à 14:54

NDABASAVYE ABAFATANYWINZOGA NTBMUBAVANGE NINKOZI ZIBIBI . NASHAKA KUBAHANURA MWEBWE MUJEJW ’UMUTEKANO NTI:MUZE NURASAKA NO MUMITUMBA, MUGEND GITURUMBUKA MUZOFAT NIBIKOHO ,IMYAMBARO YIGIPOLICE NIYAGISISIKARE.IBIRATO NIBIMITO ,KUKO HARIHO ABIZEYE KO PREZIDA ARIHAFI GUJURWAHO NABAMWEGEREY, NGWAMAHERA YO KUBAHEMBA YARINJIYE MUGIHUGU .MUBE MASO BENE DATA ,B.CIYUMUGAN ,NGO:INDA IRGKURYA IKAKURYAMAKO

5
Wakera 6-05-2017 à 06:36

Iyo myambaro nibo bagiye bayitwaje bavuga ngo niyo bafashe kuko jewe hariho imbonerakure bari bagiye bambitse umwambaro w’igisoda yariko irigamba aho nariko mfatakamwe ngaha mumagarama ngo yarifise ubutenganzira bwugufatisha uwishaka wese!!! DD twarayihinyuye kumarentanya!!!! God damn it

6
RIYAZIMANA 5-05-2017 à 19:44

MURABA NIHAGIRE UGWA MUMPURERA ATABIZI KO TUMENYEREYE ABA PORISI BUBURUNDI BAHOHO TERA ABANU

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha