Inkoho zitatu zafashwe mu Nyakabiga

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 13 juin 2017 saa 01:23
Yasomwe : 13221
0 0

Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, Petero NKURIKIYE amenyesha ko igiporisi cafashe kuri uwu wa kabiri inkoho zitatu zo mu bwoko bwa Kalashnkov, ziri kumwe n’ibikono (Chargeurs) bitatu vy’amasasu y’izo nkoho.

Izo nkoho zari zitekeye mu mufuko, nk’uko bivugwa na Petero NKURIKIYE, zikaba zafatiwe muri zone ya Nyakabiga, mu gisagara ca Bujumbura.

Ivyo birwanisho vyari mu mufurege utwara amazi (Caniveau).


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha