IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kabezi : Umunyagihugu yiketswe ko ari umusuma yishwe

Kabezi : Umunyagihugu yiketswe ko ari umusuma yishwe

lundi 16 Nzero 2017, par Egide NDUWIMANA

Umuntu yagirijwe ko ari umusuma yishwe mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imana n’abanyagihugu bari biraririye muri komine Kabezi, muri ntara ya Bujumbura bita rural. Abandi bantu bari kumwe n’uwo muntu bakaba barirutse barabasiga.

Uwo muntu yishwe ntiyagira ibimuranga, akaba yishwe akubiswe.

Abajejwe intwaro basaba abanyagihugu kuvavanura n’ingeso y’ukwihanira, baze barashikiriza inzego z’umutekano abo biketse.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.