Kabondo: Inkoho yo mu bwoko bwa Pistolet mitrailleur yafashwe n’igiporisi

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 22 January 2018 saa 11:47
Yasomwe :
0 0

Inkoho yo mu bwoko bwa pistolet pistolet mitrailleur, ibikono vy’amasase bitatu, hamwe n’ibimenyetso vy’umugambwe FNL, nivyo vyatowe mu gikorwa co gusaka cakozwe n’igiporisi muri quartier Kabondo, komine Mukaza, mu gisagara ca Bujumbura.

Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano Pierre NKURIKIYE amenyesha ivyo vyafashwe, mu gikorwa co gusaka cabaye isaha icumi na zibiri z’igitondo, kw’ibarabara ryitiriwe Tanganyika, inomero 34.

Pierre NKURIKIYE avugira ubushikiranganji bw’umutekano, amenyesha ko mu bikono vy’amasasu vyafashwe basanzemwo amasase.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha