IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Kamenge: Udutu turenga 500 tw’urumogi twafashwe n’igiporisi

Kamenge: Udutu turenga 500 tw’urumogi twafashwe n’igiporisi

Friday 27 October 2017

Umuvugizi w’igiporisi Pierre NKURIKIYE amenyesha ko urwo rumogi rwafatiwe k’umuntu azwi kw’izina rya Derango aba muri quartier Gituro,zone ya Kamenge,komine Ntahangwa.

Umuvugizi w’igiporisi avuga ko uwo Derango yaciye ahunga.


MUGISHA Van Naris

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.