IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kamenge : Umuporisi yahitanwe n’igisasu

Kamenge : Umuporisi yahitanwe n’igisasu

dimanche 30 Ndamukiza 2017, par Egide NDUWIMANA

Igisasu co mu bwoko bwa "Roquette" cahitanye umuporisi kuri uwu wa gatandatu, muri karitiye Twinyoni iri muri zone Kamenge.

Nk’uko vyemezwa n’igiporisi c’Uburundi, ico gisasu ciyatse uwo muporisi gikorokera hasi, gica kiraturika. Umuporisi yari afise ico gisasu yarakomeretse, mu nyuma aca yitaba Imana amaze gushikanwa kwa muganga.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.