Accueil > Amakuru > umutekano > Kanyosha : Umuporisi yishe mugenzi we amurashe
Kanyosha : Umuporisi yishe mugenzi we amurashe
lundi 4 Kigarama 2017, par
Ayo masasu yumvikanye nk’igihe c’isaha zitanu z’ijoro mu gihe abaporisi bariko barakizura (Patrouille).

Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko umuporisi Ntirampeba yari mu bariko barakizura, ariko akaba yari yaborewe, yarashe bagenzi we, yica APC Ndayiragije Bonaventure, yongera akomeretsa APC Hakizimana Désiré.
Egide NDUWIMANA
Messages
5 Kigarama 2017, 10:03, par karimu
Notre cher Burundi de Nkurunziza ne cesse de m’impressionner.... kuja mu kazi ufise inkoho kandi waborewe....
5 Kigarama 2017, 12:30, par Busurahende
We ko iciyumviro cawe carekuwe ngira barabigusigurira neza ko abapolisi bemerewe gukizura baborewe. Ijambo "gukizura"ryonyene utari muri "système" ngira urazi ko ryatanguye 2015. Inyishu?