Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kayanza : Ikiziga c’umwana catowe ku ruzi Nyawisesera - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kayanza : Ikiziga c’umwana catowe ku ruzi Nyawisesera

Kayanza : Ikiziga c’umwana catowe ku ruzi Nyawisesera

mercredi 18 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Mu giporisi bamenyesha ko ico kiziga c’umwana w’imyaka indwi cabonwe ubwa mbere n’abanyagihugu, kireremba kuri urwo ruzi Nyawisesera, mu gatondo ko kuri uwu wa kabiri.

Uwo mwana w’umwigeme yatowe ikiziga azwi kw’izina rya NIJIMBERE Aline, mu giporisi bakavuga inyuma y’ugushika ahari ico kiziga, basanze uwo mwana yapfuye asomye nturi.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.