Kayanza : Umugore w’imyaka 63 yishwe n’abantu bataramenyekana

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 25 Gitugutu 2017 saa 11:51
11235
0 0

NTACONISHIMIYE Antoinette w’imyaka 63 yagandaguwe n’abantu bataramenyekana, mw’ijoro ryo kuri uwu wa kabiri, nk’igihe c’isaha indwi z’ijoro.

Abagandaguye uwo mugore bamusanze ku rugo iwe ruri ku musozi Kijuri, komine matongo, mu ntara ya Kayanza, nk’uko vyemezwa n’igiporisi.

Mu giporisi bavuga ko amatohoza yatanguye.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha